Ivyo Nabageze Vyose 43. Inyungu ziva mu guhomba 2
Aug 16, 2022 ·
19m 53s
![Ivyo Nabageze Vyose 43. Inyungu ziva mu guhomba 2](https://d3wo5wojvuv7l.cloudfront.net/t_square_limited_480/images.spreaker.com/original/a1879ae609308df03caba8728f05bf78.jpg)
Download and listen anywhere
Download your favorite episodes and enjoy them, wherever you are! Sign up or log in now to access offline listening.
Description
Iyo ugize ico uheba uraronka inyungu. Kugira Yesu aronke izina riri hejuru y'ayandi mazina yose yahawe amaze kurangiza igikorwa co gucungurira ivyaremwe vyose Imana Data, vyamusavye guheba gato ukuringanira n'Imana....
show more
Iyo ugize ico uheba uraronka inyungu. Kugira Yesu aronke izina riri hejuru y'ayandi mazina yose yahawe amaze kurangiza igikorwa co gucungurira ivyaremwe vyose Imana Data, vyamusavye guheba gato ukuringanira n'Imana. Yari Imana ariko aca bugufi acika uwusa n'bantu.
Nkuko Yesu Yabikoze, natwe twicishe bugufi, harimwo inyungu nyishi.
- Ca bugufi usenge
- Ca bugufi usome ijambo ry'Imana uryige kugira rikuyobore
- Ca bugufi ukorere abandi
Emera uhombe harimwo inyungu.
show less
Nkuko Yesu Yabikoze, natwe twicishe bugufi, harimwo inyungu nyishi.
- Ca bugufi usenge
- Ca bugufi usome ijambo ry'Imana uryige kugira rikuyobore
- Ca bugufi ukorere abandi
Emera uhombe harimwo inyungu.
Information
Author | John Niyondiko |
Organization | John Niyondiko |
Website | - |
Tags |
Copyright 2024 - Spreaker Inc. an iHeartMedia Company