Ivyo nabageze vyose 32. Harura imisi yawe
Feb 2, 2022 ·
17m 18s
Download and listen anywhere
Download your favorite episodes and enjoy them, wherever you are! Sign up or log in now to access offline listening.
Description
Imisi yo kuba kwisi ni mikeya; tugire ubwenge, tumenye ingene twitwara n'ingene dutegura kazoza kacu. Umuntu apfukamye agasenga, ahabwa ububasha bwo gutegura (prepare), GUHINDURA ibitohindutse. Sengera igihe kiri imbere yawe....
show more
Imisi yo kuba kwisi ni mikeya; tugire ubwenge, tumenye ingene twitwara n'ingene dutegura kazoza kacu. Umuntu apfukamye agasenga, ahabwa ububasha bwo gutegura (prepare), GUHINDURA ibitohindutse. Sengera igihe kiri imbere yawe. Woye kurindira ko ingorane zibanza gushika, senga zitaranaza. Iyo tugiye ku mavi tugasenga Imana irahishura ivyo muri kazoza. Tegura kazoza kawe; ku mavi.
show less
Information
Author | John Niyondiko |
Organization | John Niyondiko |
Website | - |
Tags |
Copyright 2024 - Spreaker Inc. an iHeartMedia Company